Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ku Nweli 2004, Martunis yarokotse Tsunami ubu aritunze
Ku Nweli 2004, Martunis yarokotse Tsunami ubu aritunze
Yatangajwe
Mu 2004, Martunis Sarbini, ku myaka 7, niwe wenyene m'umuryango yarokotse Tsunami yatikije inganda.
Isanamu ya Cristiano Ronaldo ari kumwe n'ako gahungu, yarakwiye isi, mu 2005.
Ariko, umwuga wari mu ndoto za Sarbini, Ronaldo yabimufashijemwo, ntiyabaye akibishikako.
Uko yibuka ibara ryaguye ku nweli (26-12-2004) iwabo muri Indonesia, ubu arashimira Cristiano uko yamufashije.