Ku Nweli 2004, Martunis yarokotse Tsunami ubu aritunze

Insiguro ya video, Ku Nweli 2004, Martunis yarokotse Tsunami ubu aritunze
Ku Nweli 2004, Martunis yarokotse Tsunami ubu aritunze
Yatangajwe

Mu 2004, Martunis Sarbini, ku myaka 7, niwe wenyene m'umuryango yarokotse Tsunami yatikije inganda.

Isanamu ya Cristiano Ronaldo ari kumwe n'ako gahungu, yarakwiye isi, mu 2005.

Ariko, umwuga wari mu ndoto za Sarbini, Ronaldo yabimufashijemwo, ntiyabaye akibishikako.

Uko yibuka ibara ryaguye ku nweli (26-12-2004) iwabo muri Indonesia, ubu arashimira Cristiano uko yamufashije.

Martunis yibuka ibara ryaguye ku nweli (26-12-2004) iwabo muri Indonesia.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Martunis yibuka ibara ryaguye ku nweli (26-12-2004) iwabo muri Indonesia.