Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afrika y’epfo : ivyaha vyarenze urugero, abanyagihugu nibo bigwanira
Afrika y’epfo : ivyaha vyarenze urugero, abanyagihugu nibo bigwanira
Yatangajwe
Abantu buzuye ubwoba nko mu gisagara ca Johanesburg.
Mu gihugu cose, mu 2023, hamenyekanye incuro 27 000 z’ubwicanyi.
Amakenga abandanya yiyongera iki gihe c’amatora ategekanijwe mu mpera z’ukwa gatanu.
Akarere ka Diepsloot kiganziwe n’inkozi z’ibibi, ku bwo abitangira ubuntu bakizura.
Ni muri iri tohoza rya BBC Africa Eye.