Guhindura kamere k’igitungwa : igisata kirimwo amahera menshi

Guhindura kamere k’igitungwa : igisata kirimwo amahera menshi
Yatangajwe

Ubu urashobora guhindura kamere k'igikoko cawe kuri $50 000.

Mu 1996, ni bwo bwa mbere abahinga bahindura kamere k’igikoko consa.

Ariko, guhindura kamere k'igikoko birabujijwe mu bihugu vyinshi, kiretse muri USA.

Guhindura kamere k’igikoko consa, vyose bikorerwa ku kigore.