Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Burundi: 'Fistula' ni ingwara ifatira ahagoye, “ariko ikira”
Burundi: 'Fistula' ni ingwara ifatira ahagoye, “ariko ikira”
Yatangajwe
“Narageze aho bagomba kunjana no muri RD Congo kuyimvurizayo”.
K’ugufata ‘ingwara yo mu kigo’ [Fistula] nk’ibintazi, “Hari hibonekeje abapfira mu vyumba vy'amasengesho ngo ni uburozi.”
Ivurwa ry’iyi ngwara ihahamura abavyeyi n’imiryango, riri ku ngero zitandukanye, uhereye kwa muganga.
Mu kigo Urumuri kizwi m’ubuhinga bwo kuyivura, bavuga ko benshi bava mu Kirundo, Cibitoke, Rumonge na Magamba.