Burundi: 'Fistula' ni ingwara ifatira ahagoye, “ariko ikira”

Insiguro ya video, Ivurwa ry’ingwara 'Fistula' ihahamura abavyeyi n’imiryango, riri ku ngero zitandukanye.
Burundi: 'Fistula' ni ingwara ifatira ahagoye, “ariko ikira”
Yatangajwe

“Narageze aho bagomba kunjana no muri RD Congo kuyimvurizayo”.

K’ugufata ‘ingwara yo mu kigo’ [Fistula] nk’ibintazi, “Hari hibonekeje abapfira mu vyumba vy'amasengesho ngo ni uburozi.”

Ivurwa ry’iyi ngwara ihahamura abavyeyi n’imiryango, riri ku ngero zitandukanye, uhereye kwa muganga.

Mu kigo Urumuri kizwi m’ubuhinga bwo kuyivura, bavuga ko benshi bava mu Kirundo, Cibitoke, Rumonge na Magamba.

Burundi: Ivurwa ry’ingwara 'Fistula' ihahamura abavyeyi n’imiryango, riri ku ngero zitandukanye.
Insiguro y'isanamu, Ivurwa ry’ingwara 'Fistula' ihahamura abavyeyi n’imiryango, riri ku ngero zitandukanye.