Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amerika: Trump canke Harris…hari ikizohinduka mw’isi?
Amerika: Trump canke Harris…hari ikizohinduka mw’isi?
Yatangajwe
Mu matora ya USA mu 2024, ntihazokwibagirwa ko intambara za Israel na Gaza, Russia na Ukraine, ijunja rya China mw’isi, vyari bikomeye.
Kamala Harris na Donald Trump, kimwe bahurizako bigaragara, ni uko be n’imigambwe yabo basa n’ababona kumwe amakenga batewe na China.
Ng’ibi ibindi bishobora kuzokurikira mu kiringo c’intwaro y’uwuzotogwa, ku vyo imigenderanire n’amakungu.