Amerika: Trump canke Harris…hari ikizohinduka mw’isi?

Insiguro ya video, Amatora ya USA ku makungu, ikibanza ca Israel/Gaza, Russia/Ukraine, ijunja rya China.
Amerika: Trump canke Harris…hari ikizohinduka mw’isi?
Yatangajwe

Mu matora ya USA mu 2024, ntihazokwibagirwa ko intambara za Israel na Gaza, Russia na Ukraine, ijunja rya China mw’isi, vyari bikomeye.

Kamala Harris na Donald Trump, kimwe bahurizako bigaragara, ni uko be n’imigambwe yabo basa n’ababona kumwe amakenga batewe na China.

Ng’ibi ibindi bishobora kuzokurikira mu kiringo c’intwaro y’uwuzotogwa, ku vyo imigenderanire n’amakungu.

Mu matora ya USA, Israel - Gaza, Russia - Ukraine, ijunja rya China bifise ikibanza gikomeye.
Insiguro y'isanamu, Mu matora ya USA, Israel - Gaza, Russia - Ukraine, ijunja rya China bifise ikibanza gikomeye.