Menya abakinyi 5 bashobora guhindura imigwi ku musi wa nyuma w'igura n'igurishwa 01.09.2022

Douglas Luiz

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Douglas Luiz
Yatangajwe

Arsenal iriteguye guheraheza umwumvikano wo kuzana umukinyi wo hagati wa Aston Villa Douglas Luiz yari muri Aston Villa. Douglas yipfuza kuva muri uwo mugwi ariko Villa iri mu madidane yo kumurekura batabanje kuronka uwusubira mu kibanza ciwe.  (The sunFootball)

Pierre Aubameyang

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Pierre Aubameyang

Muri iri joro Pierre Aubameyang arafata urugendo rumushikana i Londres guheraheza ibiganiro vyo kwimukira mu mugwi wa Chelsea avuye mu mugwi wa Barcelone, mu gihe Marcos Alonso nawe agiye iyo avuye.  (Romano)

Tambuka X ubutumwa, 1
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: BBC ntibazwa ibiva ku zindi mbuga.

Impera ya X ubutumwa, 1

Arsenal yarekuye umukinyi wayo w'inyuma mu buryo Hector Bellerin kwimukira muri Barcelone. Uwo mukinyi w'inyuma wo muri Espagne ntaronka umwanya wo gukina muri uwo mugwi akaba yariko aragerageza kwimukira muri Barca

Hector Bellerin

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Hector Bellerin
Tambuka X ubutumwa, 2
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: BBC ntibazwa ibiva ku zindi mbuga.

Impera ya X ubutumwa, 2

Umukinyi wo hagati wa Juventus Arthur Melo ari mu Bwongereza guheraheza ibiganiro vyo kwimukira mu mugwi wa Liverpool. Azoshira umukono ku masezerano yo gutizwa umwaka umwe gushika mu 2023.

Arthur Melo
Insiguro y'isanamu, Arthur Melo