Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imikino ya Francophonie muri Congo: U Burundi bwabonye umudari wa zahabu
Yatangajwe
Muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, hakomeje imikino y'ibihugu byo mu muryango w'ibivuga igifaransa, Jeux de la Francophonie.
Mu bihugu byo mu karere byitabye iyi mikino harimo u Burundi, bukaba bumaze no kugira amahirwe bubona umudari wa mbere wa zahabu.
Mathias Manirakiza ushinzwe ibikorwa mu rwego rw'igihugu byo kwitegura imikino ya Francophonie, yavuganye na Jacques Niyitegeka ari i Kinshasa, atangira amubwira uko u Burundi buhagaze.