Kipchoge agiye gusezera gute amahiganwa y’isi ya Olympics?

Kipchoge agiye gusezera gute amahiganwa y’isi ya Olympics?
Yatangajwe

I Paris, niho Elihu Kipchoge yihereye izina n’ikibanza, ku myaka 18: amaze gutwara imidali y’inzahabu incuro 4 kuri 42km (marathon).

Amahiganwa y'i Paris azoba ari aya 5, n'ayanyuma kuri Kipchoge.

Ni n’amahiganwa ya mbere inyuma ya vyinshi vyahinduwe n’igihe ca Covid.

Ni n’ubwa mbere abakunzi b’inkino bemerewe gufasha kwiruka abavyihebeye: hemerewe 20 000 bazoherekeza abiruka 42km.