Kipchoge agiye gusezera gute amahiganwa y’isi ya Olympics?

Insiguro ya video, Abantu 20 000 baremerewe kwiruka iruhande y'abanyamwuga kuri 42km, i Paris.
Kipchoge agiye gusezera gute amahiganwa y’isi ya Olympics?
Yatangajwe

I Paris, niho Elihu Kipchoge yihereye izina n’ikibanza, ku myaka 18: amaze gutwara imidali y’inzahabu incuro 4 kuri 42km (marathon).

Amahiganwa y'i Paris azoba ari aya 5, n'ayanyuma kuri Kipchoge.

Ni n’amahiganwa ya mbere inyuma ya vyinshi vyahinduwe n’igihe ca Covid.

Ni n’ubwa mbere abakunzi b’inkino bemerewe gufasha kwiruka abavyihebeye: hemerewe 20 000 bazoherekeza abiruka 42km.

2024 Olympics: Abantu 20 000 baremerewe kwiruka iruhande y'abanyamwuga kuri 42km, i Paris.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Abantu 20 000 baremerewe kwiruka iruhande y'abanyamwuga kuri 42km, i Paris.