Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
USA: Insiguro y’ibitangaza vy’amatora yahoo m’umunota
USA: Insiguro y’ibitangaza vy’amatora yaho, m’umunota
Yatangajwe
Muri USA, “Ushobora kuba uwo, ico ushaka kuba”.
Uwundi yatowe yavuga ati, “aho amatora ‘ashushe’ cane, ni ayo abakenguzamateka muri Georgia”, kuko ho, ibizoyavamwo bishobora no gushika italiki 6 -12, bitaremezwa.
Trump ati: “Bagatorwa biranyitirirwa, bagatsindwa naho, ntimubinteko”.