Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sudan: “Nshaka gukoroza inda kuko nafashwe ku nguvu”
Sudan: “Nshaka gukoroza inda kuko nafashwe ku nguvu”
Yatangajwe
ONU ivuga ko ugufata ku nguvu abagore vyarakwiragiye muri Sudan, kuva intambara zadutse.
Bishirwa ku gatwe k’igisirikare ca leta, be n’umugwi RSF nibo vyagirizwa, bo bakabihakana.
“Tubasigurira ko ivyabashikiye atari amakosa yabo, kandi ko umutwaro bafise wumvikana gose.” [MSF]
BBC yashikiriye ikibano c'abirabure b'i Darfour bavuga ko aribo bamerewe nabi.