Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afghanistan: abakobwa ntibabuzwa kwiga gusa…abagore bahunze baririmba bagwanira ukwigenga
Afghanistan: abakobwa ntibabuzwa kwiga gusa…abagore bahunze baririmba bagwanira ukwigenga
Yatangajwe
Itegeko ribuza abagore kuririmba no kuvuga cane mu bibanza vya benshi, rikabategeka kwifuka mu maso na hose, batari mu ngo.
Mu vyese n’indirimbo bigwanya iryo tegeko, abagore bahunze Afghanistan biyamiriza ico bise ‘gufata abagore nk’ibimuga’.
Abagabo bategerezwa gutereka ubwanwa.
ONU ivuga ko iryo tegeko rihonyanga iteka rya muntu, igasaba ko rihebwa.