Afghanistan: abakobwa ntibabuzwa kwiga gusa…abagore bahunze baririmba bagwanira ukwigenga

Insiguro ya video, ONU ivuga ko iryo tegeko rihonyanga iteka rya muntu, igasaba ko rihebwa.
Afghanistan: abakobwa ntibabuzwa kwiga gusa…abagore bahunze baririmba bagwanira ukwigenga
Yatangajwe

Itegeko ribuza abagore kuririmba no kuvuga cane mu bibanza vya benshi, rikabategeka kwifuka mu maso na hose, batari mu ngo.

Mu vyese n’indirimbo bigwanya iryo tegeko, abagore bahunze Afghanistan biyamiriza ico bise ‘gufata abagore nk’ibimuga’.

Abagabo bategerezwa gutereka ubwanwa.

ONU ivuga ko iryo tegeko rihonyanga iteka rya muntu, igasaba ko rihebwa.

Afghanistan: iryo tegeko abagore bahunze baririmba biyamiriza, ONU ivuga ko rihonyanga iteka rya muntu, igasaba ko rihebwa.
Insiguro y'isanamu, Iryo tegeko baririmba biyamiriza, ONU ivuga ko rihonyanga iteka rya muntu, igasaba ko rihebwa.