“Sinari nibaza ko boteye isengero ryacu”

“Sinari nibaza ko boteye isengero ryacu”
Yatangajwe

Umwaka uraheze, intambara zadutse muri Sudani.

Abahunga bavuga ko bahunga cane cane ibitero vy’indege.

Abakirisu benshi bo muri Sudani, bahungiye muri Egypt.

Uko igihugu cononywe, abarwanyi b’umugwi RSF n’igisoda cegukira leta ihari, bose baravyagirizwa, bo bakabihakana.