“Sinari nibaza ko boteye isengero ryacu”

Insiguro ya video, Sudan: kubera intambara, abakirisu benshi bo muri Sudani, bahungiye muri Egypt.
“Sinari nibaza ko boteye isengero ryacu”
Yatangajwe

Umwaka uraheze, intambara zadutse muri Sudani.

Abahunga bavuga ko bahunga cane cane ibitero vy’indege.

Abakirisu benshi bo muri Sudani, bahungiye muri Egypt.

Uko igihugu cononywe, abarwanyi b’umugwi RSF n’igisoda cegukira leta ihari, bose baravyagirizwa, bo bakabihakana.

Sudan: abakirisu benshi bo muri Sudani, bahungiye muri Egypt.
Insiguro y'isanamu, Sudan: abakirisu benshi bo muri Sudani, bahungiye muri Egypt.