Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya: uko ugukorora inda biri mu mpari z’amategeko, n’uko bikorwa
I Mathare [Kenya] gusa, havugwa abagore bashika 2 bapfa ku kwezi.
Biba bivuye k’ugukorora inda, bidakozwe m’ubuhinga.
Ni bimwe iyi nkuru ya BBC Africa Eye, igisata c’amatohoza ca BBC, ibereka.
Abashigikiye ko abagore batwara inda batabishaka bazikoroza, bashingira ko amagara y’umuvyeyi, n’uko yayisamye ari vyo bishirwa imbere.
Ababirwanya, nabo bashingira ko uko bigenda kwose, “intimatima y’umwana apfa”.
Ariko impari ziri mu mategeko, n’uko bikorwa ni ibindi nshingiro muri iyo ngorane.