Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Zandile ashaka ko impinduka z'iwabo zikwira muri Afrika
Zandile ashaka ko impinduka z'iwabo zikwira muri Afrika
Yatangajwe
Zandile Ndhlovu ashinga intahe z’uko yakuze afise ubwoba bw’ibijanye n’amazi kubera imigani yumva.
Hiyongerako ko, kuko ari umwiraburekazi, hari aho atari arekuriwe, ku kiyaga.
Niwe muhinga wa mbere wo kwibira mu nzuzi n’ibiyaga, w’umwiraburekazi, muri Africa y’epfo.
Yashinze ishule ryigisha abana kwitaho no gukingira ibinyabuzima vyo mu mazi.
Uno yatowe mu bandi ba BBC100Women anipfuza ko uwo mugambi ukwira muri Africa.