Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Iran: ikiziga ca Perezida Ebrahim Raisi catowe ahamenekeye indege yarimwo
Iran: ikiziga ca Perezida Ebrahim Raisi catowe ahamenekeye indege yarimwo
Yatangajwe
Amir-Abdollahian, umushikiranganji ajejwe gufashanya, n'abandi 6 nibo bari kumwe na Perezida Ebrahim Raisi.
Uwo wa Mungu 19-05, bariko baja Tabriz, inyuma y’ibirori vyo kwugurura urugomero, m’uburaruko, hafi ya Azerbaijan.
Iyo ndege yabonetse muri iyo misozi yarimwo igipfungu n’imvura nyinshi.