Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
India: amasanamu y’igihe ba bacukuzi b’ubutare barokorwa m’ukuzimu
India: amasanamu y’igihe ba bacukuzi b’ubutare barokorwa m’ukuzimu
Yatangajwe
Abo bacukuzi bari baheze m’umwobo muremure.
Ni igihe umusozi wagwa ukazibira ubwinjiriro.
Mu ndwi zibiri bari bamazeyo, bagaburirwa, bakarungikirwa n’umwuka, bicishijwe m’umuringoti.