Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Dementia/demence: Igice ca kabiri kuri iyi ndwara yo mu mutwe
Yatangajwe
Demence cyangwa guhwitagira ni ibibazo byo mu mutwe ariko bitandukanye n'uburwayi busanzwe bwo mu mutwe.
Mu gihe ishami ry'umuryango w'abibumbye ryita ku buzima rivuga ko uko imyaka iza ubu burwayi bugenda bwiyongera, twegereye muganga Béni Hubert Iwacu - inzobere mu ndwara zifata ubwonko n'imyakura - mu bitaro bya Caraes Ndera Hospital, adusobanurira ibyayo.