Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ivya ba bana banyurujwe n’abagwanyi ba Boko Haram
Ivya ba bana banyurujwe n’abagwanyi ba Boko Haram
Yatangajwe
Imyaka 10 iraheze abana b’abakobwa 286 banyurujwe n’umugwi Boko Haram,
bagerageza gutoroka ngo basubire iwabo.
Bivugwa ko uwo mugwi upfunze, ukanarongoza abo bana b’i Chibok, ku nguvu, ku barwanyi bawo.
Bamwe mu bashoboye gutoroka izo ntagondwa za Islam, bavuga ko gutoroka kwabo kwabaye nko “guhungira imvura m’umuvo”.