Ivya ba bana banyurujwe n’abagwanyi ba Boko Haram

Insiguro ya video, Mu batorotse, bavuga ko gutoroka kwabo kwabaye nko “guhungira imvura m’umuvo”.
Ivya ba bana banyurujwe n’abagwanyi ba Boko Haram
Yatangajwe

Imyaka 10 iraheze abana b’abakobwa 286 banyurujwe n’umugwi Boko Haram,

bagerageza gutoroka ngo basubire iwabo.

Bivugwa ko uwo mugwi upfunze, ukanarongoza abo bana b’i Chibok, ku nguvu, ku barwanyi bawo.

Bamwe mu bashoboye gutoroka izo ntagondwa za Islam, bavuga ko gutoroka kwabo kwabaye nko “guhungira imvura m’umuvo”.

Mu bashoboye gutoroka Boko Haram bavuga ko gutoroka kwabo kwabaye nko “guhungira imvura m’umuvo”.
Insiguro y'isanamu, Mu bashoboye gutoroka Boko Haram bavuga ko gutoroka kwabo kwabaye nko “guhungira imvura m’umuvo”.