Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sara sabry, Astronaut w‘umunyafirikakazi wa mbere yagiye hanze y'ikirere
Yatangajwe
Igihe co gusoma: iminota 1
Muri 2022, Sara Sabry, umunya Misiri, yabaye uwa mbere mu bagore bo muri Afirika no mu bihugu vy’Abarabu agiye hanze y’ikirere.
Kuri uyu mu Astronaut akaba n’umu enjeniyeri, kwibaza ko umunsi uri izina azotambagira hanze y’ikirere /mw’isanzure, igihe yari acaruka, zari kuba ari nk’indoto.
Yabwiye BBC uko yarengeye intambamyi, hamwe n’ubushobozi abagore basanganywe bwo gukora ibirengeye, agashika kuri yo ntambwe.
Ni mu iyi video