Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Abantu ntako bari bugire, hari abapfira mu nzira baja kwa muganga”
“Abantu ntako bari bugire, hari abapfira mu nzira baja kwa muganga”
Yatangajwe
Igihugu kizwi nka rutura m’ubuvuzi, abaganga ntibashikira abantu bose.
Ishirahamwe ry’abaganga bafashwa n’abigenga batanguje ibikorwa vyo gutabara ababa mu kazinga ka Assam muri India.
Ako kazinga “kari kure y’ubuvuzi n’ibindi vya nkenerwa, turajayo, turahazi”.
Abo baganga bakoresha uburyo bubayabaye, nk’ubwato buto, bajanamwo imiti.