“Abantu ntako bari bugire, hari abapfira mu nzira baja kwa muganga”

Insiguro ya video, Abaganga bakoresha uburyo bubayabaye, nk’ubwato buto, bajanamwo imiti, i Assam.
“Abantu ntako bari bugire, hari abapfira mu nzira baja kwa muganga”
Yatangajwe

Igihugu kizwi nka rutura m’ubuvuzi, abaganga ntibashikira abantu bose.

Ishirahamwe ry’abaganga bafashwa n’abigenga batanguje ibikorwa vyo gutabara ababa mu kazinga ka Assam muri India.

Ako kazinga “kari kure y’ubuvuzi n’ibindi vya nkenerwa, turajayo, turahazi”.

Abo baganga bakoresha uburyo bubayabaye, nk’ubwato buto, bajanamwo imiti.

Abaganga bakoresha uburyo bubayabaye, nk’ubwato buto, bajanamwo imiti, i Assam.
Insiguro y'isanamu, Abaganga bakoresha uburyo bubayabaye, nk’ubwato buto, bajanamwo imiti.