Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubumuga bagendana ntibubabuza akamwemwe: indogobwe si igikoko gisanzwe ku bantu
Ubumuga bagendana ntibubabuza akamwemwe: indogobwe si igikoko gisanzwe ku bantu
Yatangajwe
No m’ubuhinga abatagendana ubumuga badashobora, Michele na begenzi biwe, berekana uko ari ba rurangiranwa.
Benshi ntibazi uko ingingo z’umubiri zikora.
Abamenyereza b’ubu buhinga bwo kunonora imitsi, cane cane ku ndogobwe, basigura vyinshi:
uko tugenza umubiri, bigaragaza aho tugeza mu kwiyegereza abandi, ndetse n’ibikoko.