Liban: “Twama twibuka n’umubabaro abacu”

Liban: “Twama twibuka n’umubabaro abacu”
Yatangajwe

“Mfise abana b’abahungu bantera kuba nkihagaze”.

Tania Alam yabuze umugabo mu vyaturikiye muri Liban mu 2020.

Bari babanye imyaka 20.

Avuga ko m’umubabaro babamwo, yigisha abana ko yizera ko hari igihe bazotunganirizwa.