Liban: “Twama twibuka n’umubabaro abacu”

Insiguro ya video, Tania Alam yabuze umugabo mu vyaturikiye muri Liban mu 2020.
Liban: “Twama twibuka n’umubabaro abacu”
Yatangajwe

“Mfise abana b’abahungu bantera kuba nkihagaze”.

Tania Alam yabuze umugabo mu vyaturikiye muri Liban mu 2020.

Bari babanye imyaka 20.

Avuga ko m’umubabaro babamwo, yigisha abana ko yizera ko hari igihe bazotunganirizwa.

Tania n'umugabo wiwe
Insiguro y'isanamu, Tania n'umugabo wiwe yapfuye mu 2020