Gaza : “ Ese twopfa tukaruhukirako “

Gaza : “ Ese twopfa tukaruhukirako “
Yatangajwe

Aba nye Gaza barokoka ibitero bimaze ukwezi vya Israel, ubu bananiwe n’ubuzima.

Israel yababwiye guhungira mu gice c’ubumanuko bwa Gaza.

Ariko naho nyene irahatera, n'aho hose ivuga ko hari aba Hamas.

Ubu hari n’abahitamwo gusubira "gupfira" m’uburaruko bwa Gaza.