Gaza : “ Ese twopfa tukaruhukirako “

Insiguro ya video, Ubu hari n’abahitamwo gusubira "gupfira" m’uburaruko bwa Gaza.
Gaza : “ Ese twopfa tukaruhukirako “
Yatangajwe

Aba nye Gaza barokoka ibitero bimaze ukwezi vya Israel, ubu bananiwe n’ubuzima.

Israel yababwiye guhungira mu gice c’ubumanuko bwa Gaza.

Ariko naho nyene irahatera, n'aho hose ivuga ko hari aba Hamas.

Ubu hari n’abahitamwo gusubira "gupfira" m’uburaruko bwa Gaza.

Ubu hari n’abahitamwo gusubira "gupfira" m’uburaruko bwa Gaza.
Insiguro y'isanamu, Ubu hari n’abahitamwo gusubira "gupfira" m’uburaruko bwa Gaza.