Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Police yahawe uruhusha rwo kwica”, ku bwo umugambi ‘Neom’
“Police yahawe uruhusha rwo kwica”, ku bwo umugambi ‘Neom’
Yatangajwe
Umugambi ‘Neom’ uhurikiyemwo amashirahamwe atandukanye, ugamije kwubaka igisagara gikomeye muri Arabie Saudite.
Ni umugambi urongowe n’umuganwa Mohamed Bin Salman, utegekanya kwubaka amazu menshi.
Ababa muri ico kibanza bategetswe kuhava, uwutomotse no kwicwa akicwa.
Amashirahamwe amwe yarakuyemwo akarenge kubera igikenye gikoreshwa.