Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Korea y’epfo n’iya ruguru: hamwe intambara yokwaduka, hari abiteguye
Korea y’epfo n’iya ruguru: hamwe intambara yokwaduka, hari abiteguye
Yatangajwe
Imyobo yo kwinyegezamwo munsi y’amazu birubakwa, mu gihe Kim Jong-un avugira k’umugaragaro ko Korea y’epfo ari co mwansi wa mbere, azokwamaho.
Muri Korea y’epfo, cane cane mu bakiri bato, hari abiteguye guhangana n’uburaruko, hamwe intambara yokwaduka.
Babwiye BBC uko basumye ibikoresho bitandukanye, ndetse n’imfungurwa vyobafasha kuramuka ‘kabiri’.