Korea y’epfo n’iya ruguru: hamwe intambara yokwaduka, hari abiteguye

Insiguro ya video, Kuva intambara ya Ukraine yeruye, muri Korea y'epfo batinya guterwa na Korea ya ruguru.
Korea y’epfo n’iya ruguru: hamwe intambara yokwaduka, hari abiteguye
Yatangajwe

Imyobo yo kwinyegezamwo munsi y’amazu birubakwa, mu gihe Kim Jong-un avugira k’umugaragaro ko Korea y’epfo ari co mwansi wa mbere, azokwamaho.

Muri Korea y’epfo, cane cane mu bakiri bato, hari abiteguye guhangana n’uburaruko, hamwe intambara yokwaduka.

Babwiye BBC uko basumye ibikoresho bitandukanye, ndetse n’imfungurwa vyobafasha kuramuka ‘kabiri’.

Kuva intambara ya Ukraine yeruye, muri Korea y'epfo batinya guterwa na Korea ya ruguru.
Insiguro y'isanamu, Kuva intambara ya Ukraine yeruye, muri Korea y'epfo batinya guterwa na Korea ya ruguru.