Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BBC Eye: itohoza ku mabi y’inkoho ziri mu ba nye Kenya, bitemewe
BBC Eye: itohoza ku mabi y’inkoho ziri mu ba nye Kenya, bitemewe
Yatangajwe
Muri Kenya, uko ubuzima bubandanya kuzimba, niko n’amabi yiyongera.
Elijah Kanyi ni umumenyeshamakuru yatohoje uko ubuzima bw’abantu buhanzwe n’inkoho zikwiragiye mu bantu.
“Urica umuntu, n'amahera uronka nt'azokurenza amezi 3, ariko uzoba washeshe amaraso, ihohotera uzokwama wicuza.”
Nk’uyu ni uwemeye gusubiza inkoho, yabisiguye muri iri tohoza rya BBC Eye.
Ariko, izo nkoho ziva he? Zinyegeje iki?