Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nigeria: ukutumvikana ku ndirimbo ihayagiza igihugu
Nigeria: ukutumvikana ku ndirimbo ihayagiza igihugu
Yatangajwe
Perezida Bola Ahmed Tinubu wa Nigeria yashinze ko indirimbo ya kera ihayagiza igihugu, igarukanwa.
Yari yahinduwe mu 1978, we abona ko igaragaza ukudasa kw’abanyagihugu.
Ariko mu baganiriye na BBC, kuririmba iyo ya kera yagarukanywe, ntibiborohera, uretse ko hari n’abavuga ko igihugu kiri mu bihe bigoye, ico atari co cihutirwa.
Ubu igihugu cikukiye, hari n’abidoga ko iyo ya kera yari yahinguwe n’umuzungu wo mu bakoloni.