Georgia: itegeko ryatowe ryateye icuka kibi

Georgia: itegeko ryatowe ryateye icuka kibi
Yatangajwe

Iryo tegeko bamwe bitirira ‘Russia’ ryatowe mu nturuma mu nama nshingamateka.

Rishingiye kw’igenzura ry’imfashanyo mvamakungu z’amashirahamwe, aca asabwa kwiyandikisha nk’ayakorera inyungu zo hanze.

Vyibazwa ko Perezida ashobora kutaryemera, mu gihe hari n’ababona ko ryobangamira ukwinjira kwa Georgia m’ubumwe bwa Bulaya.