Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tigray : uburyo imfashanyo zishikira imbabare zo mu ngwano burababaje
Tigray : uburyo imfashanyo zishikira imbabare zo mu ngwano burababaje
Yatangajwe
“Iyaba twosubiye i muhira, vyoduhoza amarira y'abana bacu bapfuye”.
Bivurwa na Mulu Taddessi, umuvyeyi agandariye umwana wiwe yaguye mu ntambara z’I Tigray zamaze imyaka 2.
Naho haheze umwaka amasezerano y’amahoro asinywe hagati y’umuhari TPLF n’igisoda ca Ethiopia, abateshejwe izabo ntibarasubira mu ngo.
Harakenewe imfashanyo zikwiye, kuko hari abapfa kubera inzara, n’ingwara, aho bahungiye cane cane mu mashule.