Tigray : uburyo imfashanyo zishikira imbabare zo mu ngwano burababaje

Insiguro ya video, Tigray: hari abapfa kubera inzara, n’ingwara, aho bahungiye cane cane mu mashule.
Tigray : uburyo imfashanyo zishikira imbabare zo mu ngwano burababaje
Yatangajwe

“Iyaba twosubiye i muhira, vyoduhoza amarira y'abana bacu bapfuye”.

Bivurwa na Mulu Taddessi, umuvyeyi agandariye umwana wiwe yaguye mu ntambara z’I Tigray zamaze imyaka 2.

Naho haheze umwaka amasezerano y’amahoro asinywe hagati y’umuhari TPLF n’igisoda ca Ethiopia, abateshejwe izabo ntibarasubira mu ngo.

Harakenewe imfashanyo zikwiye, kuko hari abapfa kubera inzara, n’ingwara, aho bahungiye cane cane mu mashule.

Tigray : hari abapfa kubera inzara, n’ingwara, aho bahungiye cane cane mu mashule.
Insiguro y'isanamu, Tigray : hari abapfa kubera inzara, n’ingwara, aho bahungiye cane cane mu mashule.