Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mpox: ibitaro vya Kavumu – Bukavu bifise igice cuzuye abana
Mpox: ibitaro vya Kavumu – Bukavu bifise igice cuzuye abana
Yatangajwe
Kuva ukwezi kwa gatandatu, ibitaro vy’i Kavumu - Bukavu bimaze kwakira abarwayi 800.
Nzigire Kanigo avuga ko ashimira Imana ko akana kiwe kariko karakira, inyuma ya benewabo 5 bose barwaye.
Ku 160km uvuye aho, ikindi kigo cashinzwe i Goma, abarwayi bigaragara ko baza bava mu makambi y’impunzi, z’abahunze intambara.