Mpox: ibitaro vya Kavumu – Bukavu bifise igice cuzuye abana

Insiguro ya video, Mpox - akaranda: Nzigire atwenga kuko anezerejwe n'uko akana kiwe katoye mitende.
Mpox: ibitaro vya Kavumu – Bukavu bifise igice cuzuye abana
Yatangajwe

Kuva ukwezi kwa gatandatu, ibitaro vy’i Kavumu - Bukavu bimaze kwakira abarwayi 800.

Nzigire Kanigo avuga ko ashimira Imana ko akana kiwe kariko karakira, inyuma ya benewabo 5 bose barwaye.

Ku 160km uvuye aho, ikindi kigo cashinzwe i Goma, abarwayi bigaragara ko baza bava mu makambi y’impunzi, z’abahunze intambara.

Akaranda - Mpox: Nzigire atwenga kuko anezerejwe n'uko akana kiwe katoye mitende.
Insiguro y'isanamu, Nzigire atwenga kuko anezerejwe n'uko akana kiwe katoye mitende.