Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sudan: “Uwogira ico afasha, adutabare”
Sudan: “Uwogira ico afasha, adutabare”
Yatangajwe
Muri Sudan, abanyeshule bari mu bandi ba ‘civiles’ bagotewe mu ntambara zimaze iminsi, cane cane k’umugwa mukuru Khartoum.
Uretse inzara n’ubwoba, n’amazi n’amatara ni umuzi w’ibuye.