Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
John Legend: "ntitwabwirizwa guhana Abanyarwanda kuko hari ibyo tutemeranya n'ubuyobozi"
John Legend: "ntitwabwirizwa guhana Abanyarwanda kuko hari ibyo tutemeranya n'ubuyobozi"
Yatangajwe
John Legend, umuhanzi w'umuhanga uturuka muri USA yaririmbye i Kigali mu gitaramo "Move Africa 2025".
Mu gihe hari abamusaba kutagerayo kubera ibivurwa ku Rwanda mu ntambara zibera DRC,
yabwiye BBC ati: "No mu gihugu iwacu hari ibyo ntemeranya n'abayobozi…ntabwo nemera ko tubwirizwa guhana Abanyarwanda".
Ni igitaramo citabwe n'abantu babarirwa mu bihumbi.