Kenya: “iyo ndavye abana banje, nibuka abana bapfiriye aho hantu”

Kenya: “iyo ndavye abana banje, nibuka abana bapfiriye aho hantu”
Yatangajwe

“Numva dutegerezwa gufasha abaruka ‘kudakoropwa’ mu mitwe”.

Mathias Shipeta ari mu batabazi, bakijije benshi muri bamwe batwarwa mw’ishamba rya Shakahola ‘kwiherera’ ngo bapfe, babone Yezu.

Yabwiye BBC uko atahura ivyo bintu, n’ingaruka vyamugizeko.