Kenya: “iyo ndavye abana banje, nibuka abana bapfiriye aho hantu”

Insiguro ya video, “Numva dutegerezwa gufasha abaruka ‘kudakoropwa’ mu mitwe”.
Kenya: “iyo ndavye abana banje, nibuka abana bapfiriye aho hantu”
Yatangajwe

“Numva dutegerezwa gufasha abaruka ‘kudakoropwa’ mu mitwe”.

Mathias Shipeta ari mu batabazi, bakijije benshi muri bamwe batwarwa mw’ishamba rya Shakahola ‘kwiherera’ ngo bapfe, babone Yezu.

Yabwiye BBC uko atahura ivyo bintu, n’ingaruka vyamugizeko.

Mathias Shipeta umwe mu batabaye i Shakahola
Insiguro y'isanamu, Kenya: Mathias Shipeta umwe mu batabaye i Shakahola