Gaza: ibaze kuvyarira abana 4 rimwe mu ntambara !

Gaza: ibaze kuvyarira abana 4 rimwe mu ntambara !
Yatangajwe

Iman ni umuvyeyi w’i Gaza, yagenze 5km ava m’uburaruko, arahava aronka imodoka imushikana aho yavyariye, akozwe.

“Nanje ndashonje nta maberebere mfise.”

Yongerako ati “N’ivyahi (ivyambarwa), ndabahindurira mu gatondo, k'umutaga, no k'umugoroba, gusa.”

Ariko kandi, kamwe muri uwto twana kasigaye mu bitaro.