Gaza: ibaze kuvyarira abana 4 rimwe mu ntambara !

Insiguro ya video, “N’ivyahi (ivyambarwa), ndabahindurira gatatu k'umunsi gusa".
Gaza: ibaze kuvyarira abana 4 rimwe mu ntambara !
Yatangajwe

Iman ni umuvyeyi w’i Gaza, yagenze 5km ava m’uburaruko, arahava aronka imodoka imushikana aho yavyariye, akozwe.

“Nanje ndashonje nta maberebere mfise.”

Yongerako ati “N’ivyahi (ivyambarwa), ndabahindurira mu gatondo, k'umutaga, no k'umugoroba, gusa.”

Ariko kandi, kamwe muri uwto twana kasigaye mu bitaro.

Gaza: “N’ivyahi (ivyambarwa), ndabahindurira gatatu k'umunsi gusa".
Insiguro y'isanamu, “N’ivyahi (ivyambarwa), ndabahindurira gatatu k'umunsi gusa".