Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tanzania: kuki leta yari yarabujije ahatambirwa 'Singeli'?
Tanzania: kuki leta yari yarabujije ahatambirwa 'Singeli'?
Yatangajwe
‘Singeli’ ni umudiho watanguriye mu bakene b’i Dar-es-Salaam, ‘quartier’ ya Uswahilini.
Yisangije umudundo unyaruka cane, uvanze imidundo kama, na mishasha.
‘Singeli’ yasa n’iyanigiwe mu menshi kuko leta yavuga ko “intambo zayo, harimwo na ‘churo’, zahimiriza ubushirasoni.”